Umunya Côte d'Ivoire wegukanye ikamba rya Miss Universe Africa & Oceania mu irushanwa rya Miss Universe riherutse kurangira yatangaje ko yiyambuye uwo mwanya kandi yitandukanyije n'iri rushanwa no mu ...
Wa musatirizi karuhariwe w’Ubufaransa mu mupira w’amaguru Kylian Mbappé avuga ko ari “iteka” kuri we kubona yagendeye Kameruni/Cameroun/Cameroon, igihugu ciwe “c’amamuko”. "Ndanezerewe cane kubona ndi ...